Uko wahagera

Vice President wa mbere w’Uburundi, Arabandanya Gukoresha Inama Abanyamigambwe, Yamara, Hari Abanyamigambwe Batitaba Ivyo Biganiro

  • Frederic Nkundikije

Vice president wa mbere w’Uburundi, Terrence Sinunguruza, yarakoresheje inama igira kabiri y’abanyamigambwe, ariko nk’uko vyageze mu nama ya mbere, abategetsi baserukira imigambwe ihurikiye mu runani ADC Ikibiri, ntibitavye iyo nama.

Mukiganiro yahaye iradiyo Ijwi rya amerika, umuhinga yanonosoye ivyerekeye Politike Methode Ndikumana, avuga ko naho ibisabwa n’abo banyapolitike batitavye izo nama, vyumvikana, ngo kubandanya kutiba izo nama, bishobora gutuma iyo migambwe itakaza akaryo yari ifise ko gushikiriza ibintu bitari bike biteye amakenga iyo migambwe

Mushobora kwumviriza iki kiganiro, Frederic Nkundikije, yagiranye na Methode Ndikumana.

XS
SM
MD
LG