Uko wahagera

Urubanza rwa Ingabire Victoire Rwarasubitswe


Madame Victoire Ingabire

Madame Victoire Ingabire

Urukiko rw'ikirenga rw'u Rwanda rwasubitse urubanza rw'ubujurire rwa Ingabire Umuhoza Victoire kubera ko abamuburanira bataje mu rukiko.

Umwe mu buganira Madame Ingabire Maitre Ian Edward w'umwongereza yari yandikiye hurukiko takiki ya karindwi y'ukwa gatandatu arubwira ko afite urugendo mu gihugu ke.

Umunyamakuru w'Ijwi ry'Amerika Assumpta Kaboyi yakurikiranye iyo nkuru mu rukiko rw'ikirenga i Kigali mu Rwanda.



Ijwi ry'Amerika ryabavije impuguke mu by'amategeko, Maitre Evode Uwizeyimana uri muri kaminuza ya Montreal muri Canada, niba kutaza mu rukiko kwa Maitre Ian Edward binyuranije n'amategeko agenga abavoka mu rukiko.

XS
SM
MD
LG