Uko wahagera

Uruhara rw’Ubuhinga Buhanitse bw’Uguhanahana Amakuru Bugezweko mu Mashule Kaminuza mu Burundi


Professuer Liberat Ntibashirakandi, yigisha kuri kaminuza, “Universite Libre de Bruxelles” aherutse kugirisha ikiganiro I Bujumbura mu Burundi ku ruhara rw’ubwo buhinga mu mashule kaminuza.

Ubuhinga buhanitse bw’uguhanahana amakuru bugezweko bufise uruhara ruhambaye ku bijanye n’inyigisho mu mashule kaminuza.

Professuer Liberat Ntibashirakandi, yigisha kuri kaminuza, “Universite Libre de Bruxelles” aherutse kugirisha ikiganiro I Bujumbura mu Burundi ku ruhara rw’ubwo buhinga mu mashule kaminuza.

Professeur Ntibashirakandi yarashikirije ivyiyumviro bitari bike bijejwe kuzana akarusho mu gisata c’amashule mu Burundi.

Mu kiganiro yahaye Ijwi rya Amerika, yaravuze ukugene ico ciyumviro camujemwo n’umwizero vyamuhaye.

Tumutege amatwi:

XS
SM
MD
LG