Uko wahagera

Amashirahamwe Yigenga mu Bibazo vya Politike mu Burundi


Amashirahamwe adaharanira ivyicaro vya politike yaragize uruhara rukomeye mu gufasha gutorera inyishu ibibazo vya politike n’intambara qmu bihugu bitari bike.

Mu Burundi ayo mashirahamwe yoba afise uruhe ruhara muri ico gikorwa?

Ijwi rya Amerika ryatumiye, Madame, Penta Hayimana wo muri Organisation Departement de la Compassion de le Femme Africaine na Vital Nshimirimana, ayoboye burunani rw’amashirahamwe adaharanira inyungu za politike, FORSC. Bakaba baravuze kuri ico kibazo:

XS
SM
MD
LG