Uko wahagera

Uruhara Abarundi Bari Hanze y’Igihugu Bashobora Kugira mw’Iterambere ry’Igihugu Cabo.


kw’Uruhara rw’Abarundi bari hanze ku vyerekeye gufasha mw’iterambere ry’igihugu cabo rurakomeye.

Abarundi bari hanze y’igihugu cabo bashobora gufasha guteza imbere igihugu cabo c’amavuko.

Mi kiganiro Pofesseur Liberat Ntibashirakandi na Gratien Rukindikiza afise ikibanza ca internet, Burundi News, bahaye Ijwi rya Amerika, bamenyesheje kw’uruhara rw’Abarundi bari hanze ku vyerekeye gufasha mw’iterambere ry’igihugu cabo rukomeye.

Bavuze ko yamara Reta ifise uruhara rukomeye mu kuborohereza muri ico gikogwa.

Tubatege amatwi:



XS
SM
MD
LG