Uko wahagera

Abanyapolitike Ntibabona Kumwe ukuntu Amatora Yagenze


Burundi Election
Burundi Election

Amatora y’abajenama b’amakomine hamwe n’abashingamateka yarabaye ku musi wa mbere itariki 29 y’ukwezi kw’icenda nk’uko vyari vyateguwe.

Yamara abanyapoltike ntibayavugako rumwe.

Umukuru w’umugambwe Frodebu utavuga rumwe na reta, Leonce Ngendakumana avuga ko ku bwiwe ata matara yabaye, mu gihe umukuru w’umugambwe CNDD-FDD uri ku butegetsi Pascal Nyabenda avuga kw’ibivugwa n’umushingantahe Leonce NGendakumana vyerekana ko yataye umurongo kandi atubaha abanyagihugu bamushinze amabanga y’umukuru w’umugamnbwe.

Umukuru w’umurwi CENI ujejwe gutunganya amatora, nawe arashima ukuntu amatora yagenze kandi avuga kw’abyo matora azotangaza abatari bake:

Twumvirize abo bashingantahe bose mu kiganiro bahaye Iradiyo Ijwi rya amerika:

please wait

No media source currently available

0:00 0:53:06 0:00

XS
SM
MD
LG