Uko wahagera

Urubanza Rwa Patrice Faye Mu Burundi


Patrice Faye, umufaransa amaze imyaka irenga mirong’ ibiri aba mu Burundi, aheruka gucibwa urubanza rw’ imyaka mirong’ ibiri n’ itanu y’ umunyororo kubera ivyaha vyamwagiriye muri sentare vy’ uko yahumbishije abana b’ abakobwa bo mu Burundi.

Abantu benshi mu Burundi bakaba batavuga rumwe ku vyerekeye ukugene urwo rubanza rwagenze, na cane cane kur’ ico gihano yaronse. Umushingantahe Achille Barancira yanonosoye ivyigwa bijanye na politike, yaratubwiye muri rusange ico abantu biyumvira n’ ico bavuga kur’ urwo rubanza rwa Patrice Faye.

XS
SM
MD
LG