Uko wahagera

Umwaka Mwiza Mwese w'2012

  • VOA

Umwaka Mushasha Muhire w'2012

Umwaka Mushasha Muhire w'2012

Uze ubabere umwaka w'amata n'ubuki

Umwaka w'2012, uze ubabere umwaha w'amahoro n'imigisha .


Muze muwutuganirwemwo mu banyu. Muzowuronkemwo ivyo mwifuza.

Naho ku bitwerekeye, tuzobandanya kubashikiriza ibiganiro vyacu twibaza ko bizobandanya kubanezera.

Ivyiyumviro vyanyu bizodufasha kubashiiiriza ibiganiro bibashimisha kurushiriza.

XS
SM
MD
LG