Uko wahagera

Burundi - Umwaka w’Ikogongwe muri Paruwasi ya Mugera.


burundi abasegneri

burundi abasegneri

abasegneri burundi

abasegneri burundi

Abasenyeri bo mu Burundi batanguje icese umwaka w’ikigongwe muri paruwasi ya Mugera mu ntara ya Gitega. Mw’ijambo ryabo basubiye guserura impungege bafise ku mutekano w’igihugu bahamagarira abo vyega kuganira.

Kubw’abasenyeri ngo ibiganiro bitabaye ibintu bushobora kuba nabi kubwicanyi hakiyongeraho ubukene. Reveriyano Ndikuriyo, arongoye inama nkenguzamateka, yari yaserukiye reta. Yavuze ko ibiganiro vyatanguye agahamagarira abarundi kwubahuka kuvuga ukuri no gusabana ikigongwe.

Ni inkuru y’umumenyeshamakuru w’Ijwi ry’Amerika, Fidele d’Antoine Nsabimana.

XS
SM
MD
LG