Uko wahagera

Umuntu yahiye: yokora iki, yokwirinda gukora iki, avugwa gute?


Mu kiganiro BAZA MUGANGA, mur’ iyi ndwi twaraganiriye na Docteur Norbert Ntiruhungwa ku vyerekeye ubushe. Docteur Ntiruhungwa aratubarira mu gihe umuntu ahiye ico yoca akora mur’ ako kanya nyene n’ ivyo yokwirinda gukora. Aratubarira n’ igihe umuntu yahiye akwiye kuja kwa muganga n’ uburyo bukoreshwa mu kumuvura.

XS
SM
MD
LG