Uko wahagera

Umukuru w’Umugambwe MSD Ariyamiriza Raport y’Abahinga b’Ishirahamwe Mpuzamakungu, Ivuga kw’ari mu Badurumbanya Umutekano mu Burundi

  • Frederic Nkundikije

Mu kiganiro yahaye Frederic Nkundikije, Alexis Sinduhije avuga kw’ihagarikwa ryiwe mu gihugu ca Tanzania mu kwezi guheze, ryamwigishije ko muri politike hama hari abantu bashaka kuremeka inkono ishushe abandi. Umushingantahe Sinduhije arahakana kandi ibirego biri muri raport y’abahinga b’ishirahmwe mpuzamakungu, imwagiriza kw’ari mu bantu badurumbanya umutekano mu Burundi. Avuga kandi kw’umugambwe wiwe witeguriye amatora azokwirikira mu Burundi, ngo mu gihe koko, yoba:

Umviriza:

XS
SM
MD
LG