Uko wahagera

Abarundi Bokwumva Gute Uruhara Bafise muri Politike?


Mu kiganiro, "Murisanga"kw’Ijwi rya Amerika, twatumiye Francis Rohero, umurundi yashinze ari kumwe n'abandi umuhari witwa,"Movement Orange", witiriwe ibara ry'umucungwe, mu kwerekana kw'abantu bageze kwiyumvira ivy'igihugu ukwabo, "Maturite Politique" mu rurimi rw'igifransa.


Abagize uwo muhari bibaza ko ata politike ishoboka mu gihugu idafatiye ku butunzi bw'ununyagihugu wese n'ubutunzi bw'igihugu cose.

please wait

No media source currently available

0:00 0:53:01 0:00

XS
SM
MD
LG