Uko wahagera

Umugambi w’Umudereva w’Indege w’Umurundi, Bruce Nishimwe w’Ukuzunguruka Isi n’Indege Ntoyi


Mu kiganiro yahaye Ijwi rya Amerika, Bruce Nishimwe ashaka kuba Umunyafrika wa mbere yirabura azoba ashize mu ngiro uwo mugambi.

Bruce Nishimwe aba mu gisagara ca San Diego mu ntara ya Californiya muri Reta Zunze bumwe za Amerika aifse umugambbi w’ukuzunguruka isi ari wenyene mu ndege ntoyi mu mwaka uza.

Mu kiganiro yahaye Ijwi rya Amerika, Bruce Nishimwe ashaka kuba Umunyafrika wa mbere yirabura azoba ashize mu ngiro uwo mugambi.

Muri iki gihe, Buruce Nishimwe ariko arondera intererano kugira ashobore kurangura uwo mugambi.

Bruce Nishimwe amenyesha kw’ashaka kubera akarorero urwaruka rwa none n’urwo muri kazoza rwo mu Burundi no muri Afrika, kw’ikintu umuntu yishinze kura ngura ashobora kugishikako naho coba kitoroshe.

Ku bindi twumvirize Bruce Nishimwe:

XS
SM
MD
LG