Uko wahagera

Umugambi w’Ugushiraho Umurwi Ujejwe Ukuri n’Ukurekuriranira mu Burundi


Abantu benshi basa n'abashigikiye ishirwaho ubwa mbere na mbere ry'urwego rujejwe ukuri n'ukurekuriranira imbere ya Sentare idasanzwe.

Ikibazo cerekeye gushiraho umurwi ujejwe ukuri n’ukurekuriranira hamwe n’ugushiraho sentare idasanzwe ijejwe gucira imanza abakoze ivyaha bikomeye kuva Uburundi bwikukira kirabandanya kuvugwa cane mu Burundi.

Ijwi rya Amerika ryarabajije Jean de Dieu Mutabazi ayoboye umugambwe RADEBU-Intadebukirwa, na Domitien Nibizi, umushakashatsi ku bibazo bijanye n’ugutorera inyishu amatati hamwe n’ukurekuriranira, yaheruka mu Burundi aho yagize ubushakashatsi kuri ico kibazo.

Ku bindi bisobanuro kuri ico kibazo, tubatege amatwi:

XS
SM
MD
LG