Uko wahagera

Umufpasoni Maggy Barankitse Aherutse Gushiraho Ishirahamwe ry’ukuguranana, “ITEKA Microfinance”


Ico ciyumviro yagitanguye igihe yashinga ikigo, "Maison Shalom"

Marguerite Barankitse ayoboye ikigo, “Maison Shalom” gifasha impfuvyi mu Burundi aherutse gushiraho ishirahamwe ry’ukuguranana, “ITEKA Microfinance”.

Iryo shirahamwe rizofasha guha ingurane abantu bato bato kugira bashobore kwisununura.

Amenyesha ko bazoshimikira cane cane ku bakiri bato mu kubaha ingurane nto nto.

Umupfasoni Barankitse amenyesha ko bazotangurira ku barimyi.

Ku bindi tumutege amatwi:

XS
SM
MD
LG