Uko wahagera

Uburundi Buriko Buritegurira Imyaka mirongo itanu y’Intahe y’Ukwikukira

  • Fidele Niyongabo

Igihugu c’Uburundi kiri mu bibazo bitari bike muri iki gihe, vyaba ibibazo vya politike canke ibiazo vy’ubuzima butera buzimba kurushiriza.

Mu gihe Abarundi bariko bitegurira imyaka mirongo itanu izoba irangiye bushikiye intahe y’ukwikukira, kw’italiki imwe y’ukwezi kw’indwi,muri uyu mwaka, igihugu c’Uburundi kiri mu bibazo bitari bike muri iki gihe, vyaba ibibazo vya politike canke ibiazo vy’ubuzima butera buzimba kurushiriza.

Intambwe zoba zarashitsweko n’izihe? Ivyoba bigigoranye n’ibihe? Abarundi bofatira he kugira ukwikukira baronse kube koko ishingiro ry’ukwubaka igihugu haba ubu mbere no mu bihe biri imbere?.

Nivyo abashingantahe, Zenon Niceyenzi, umuhinga manuzwajambo ku bibazo vyerekeye ubutunzi n’iterambere, na Rene Claude Niyonkuru, umuhinga mu vya politike, bagerageje kwishura mu kiganirobahaye Ijwi rya Amerika.

Tubatege amatwi:

XS
SM
MD
LG