Uko wahagera

Uburenganzira bw’Imigwi y’Amoko hamwe n’Abanyagihugu bari mu Migwi iri ku Rushi

  • VOA News

Uburenganzira bw’Imigwi y’Amoko hamwe n’Abanyagihugu bari mu Migwi iri ku Rushi

Uburenganzira bw’Imigwi y’Amoko hamwe n’Abanyagihugu bari mu Migwi iri ku Rushi

.

Raporo y’ishirahamwe , “Minority Group International” riharanira uburenganzira bw’abantu bari ku rushi ivuga ko abo bantu bashobora kugeramirwa n’Ubwicanyi bubasobanura mu bandi.

Mu banyagihugu bari mu mugwi ushobora kugeramirwa muri iyo raporo muri uyu mwaka, harimwo abanyagihugu bo mu gihugu ca Somalia bo mu bwoko bw’abo bita, Bantu bagize umugwi uri ku rushi muri ico gihugu.

Uwundi mugwi uza ku rutonde rwa kabiri ushobora kugeramirwa uri mu gihugu ca Sudani. Iyo raporo ivuga ko abanyagihugu bo muri Sudani yo mu bumanuko hamwe no mu ntara ya Darfur bari mu banyagihugu bashobora kwicwa.

XS
SM
MD
LG