Uko wahagera

Ibigeragezo ku Masezerano ya Siriya


Perezida wa Siriya Bashar al-Assad yemenyesheje ko abasirikare biwe bafise umugambi wo kwongera kwigarurira igihugu cose.

Iryo tangazo yashikirijwe ejo kuwa gatanu ryarateye amakenga abandi barikumwe mu nzira yo gutorera inyishu intambara biciye mu biganiro.

Intambara iri mu gukwiza imyaka itanu. Perezida Assad yamenyesheje ko naho ashigikiye utwigoro tw’amahoro bidasigura ko aca ahagarika intambara n’abagira iterabwoba.

XS
SM
MD
LG