Uko wahagera

Reta Zunze Ubumwe Za Amerika, Zaraye Zihimbaje Imyaka 236 Irangiye Zironse Intsinzi Yo Kwikukira

  • Frederic Nkundikije

Mu banyamerika bose ejo ku musi wa gatatu, kari akanyamuneza ntangere, bariko bahimbaza intahe yo kwikukira, baronse mu mwaka w’1776.

Abanyamerika bigina uyo musi mukuru baraba ingendo ziba zategekanijwe, bakavuza imiziki, bagateramira hamwe mu miryango, mu ncuti no mu bagenzi, bakotsa inyama, eka bakigina umwidegemvyo, bafise.

Twaraganiye n’umurundi w’umunyamerika, Didier Kandeke, turaheza turamubaza ukuntu yahimbaje uyo musi mukuru:

Mushobora kwumviriza:

XS
SM
MD
LG