Uko wahagera

Ivyavuye mu Matora Muri Uganda

Uganda's President Yoweri Kaguta Museveni, wearing hat at left, stands in a queue as he waits with other voters to place his ballot in Kiruhura district, which is Museveni's home area, at a Polling station about 300 Kms (200 miles) west of Kampala, Ugand

Ugwego rujejwe amatora muri Uganda gwamenyesheje ko Perezida Yoweri Museveni yatsinze amatora n’ibice 68/100 vy’amajwi. Uwo bahiganwa, Kizza Besigye, aronka ibice 26 /100 vy’amajwi

Ugwego rujejwe amatora muri Uganda gwaraye rutangaje ko Yoweri Museveni yatsindiye ikindi kiringo c’imyaka itanu. Ariko uwo bahiganwa akomeye yariyamirije ibitigiri vyatangajwe.

Ejo ku musi wa mungu ugwego rujejwe amatora muri Uganda gwamenyesheje ko Perezida Yoweri Museveni yatsinze amatora yo ku musi wa gatanu n’ibice 68 kw’ijana vy’amajwi. Uwutavuga rumwe na reta bahiganwa, Kizza Besigye, yabaye uwakabiri n’ibice 26 /100 vy’amajwi.

Mw’itangazo Besigye yasohoye ku musi wa gatandatu, avugira urunani gw’imigambwe ine, yavuze ko biyamirije ivyavuye mu matora, yongera amenyesha ko batazokwemera reta izoshingwa na Perezida Museveni.

Perezida Museveni ari ku ntwaro muri Uganda kuva afashe ubutegetsi mu 1986.

XS
SM
MD
LG