Uko wahagera

Professor Liberat Ntibashirakandi, Aherutse Kuronka Agashimwe Gakomeye, Gatangwa n’umwami W’Ububirigi

Ako gashimwe kitiriwe “Chevalier De L’ordre de Leopold”, n’agashimwe, gahabwa abantu babaye kirangiranwa mu mirimo bajejwe hamwe no kwigenza runtu, mu gihugu c’Ububirigi. Professeur Liberat Ntibashirakandi, aherutse kuja ku rutonde rw’abantu bake cane gose bamaze kuronka ako gashimwe gatangwa n’umwami w’igihugu c’Ububirigi. Umushingantahe Ntibashirakandi, yarahaye ikiganiro Frederic Nkundikije:

Tuabatege amatwi:

:

XS
SM
MD
LG