Uko wahagera

Koreya y'Epfo: Abategetsi batari bake Batanze Imihoho


Prezida Choi Soon-Sil wa Koreya y'Epfo
Prezida Choi Soon-Sil wa Koreya y'Epfo

Muri Koreya y’Epfo, abategetsi batari bake batanze imihoho, inyuma y’ibirego bitari bike vyavuzwe ku ma dosiye ya politike k’Umukuru w’Igihugu aho muri Koreya y’Epfo, umupfasoni Chooi Soon-Sil.

Ivyo vyatangajwe na Park Geun-hye, umuvugizi mu biro vy’Umukuru w’Igihugu, aho amenyesha ko abategetsi mu bisata vya politike, no mubajejwe guhanahana amakuru, bakorera mu biro vy'Umukuru w'Igihugu batanze imihoho.

Umushikirizamanza wa Prezida Choi, amenyesha ko Prezida Choi yiteguye guseruka imbere y’abacamanza kugira yishure kur’ivyo birego yagirizwa.

XS
SM
MD
LG