Uko wahagera

President w’Uburundi Pierre Nkurunziza, yaragendeye Washington DC avuye mu ntara zitandukanye zo muri reta zunze ubumwe za amerika

  • Frederic Nkundikije

President w’Uburundi Pierre Nkurunziza, yaragendeye Washington DC avuye mu ntara zitandukanye zo muri reta zunze ubumwe za amerika, harimwo no mu gisagara ca New York, aho yari yitavye ibikorowa vy’’ishirahamwe mpuzamakungu.

Igihe yari I Washington, yarahaye ikiganiro Frederic Nkundikije, ku bibazo bitari bike bihanze Uburundi mur’iki gihe, birimwo ikibazo c’umutekano hamwe n’ubwicanyi bwabaye ndanse; ikibazo c’ibiganiro n’abanyapoltike batavuga rumwe, ikibazo ca ruswa, ubutungane hamwe n’ibindi.

Mushobora kwumviriza ico kiganiro, kandi mushobora no kukiraba no kuri You Tube.

XS
SM
MD
LG