Uko wahagera

Igitero i Londres mu Bwongereza

Abantu bane harimwo uwikekwa hamwe n’umupolisi baremezwa ko bapfuye mu gitero cabaye ku musi wa gatatu hafi y’inyubakwa y’inama nshingamateka i Londres mu Bwongereza abategetsi babona kw’ari igitero c’iterabwoba.
Erekana Ibindi

1
2
3
4

Voma ibindi

XS
SM
MD
LG