Uko wahagera

Novak Djokovic Yaratsinze Ejo ku Musi wa Mbere Ihiganwa rya Tennis rya US Open

  • VOA

Novak Djokovic Yaratsinze Ejo ku Musi wa Mbere Ihiganwa rya Tennis rya US Open

Novak Djokovic Yaratsinze Ejo ku Musi wa Mbere Ihiganwa rya Tennis rya US Open

Yatsinze Rafael Nadal wo mu gihugu ca Espagne, amaseti atatu kuri imwe ku manuta 6-2, 6-4, 6-7 na 6-1.

Novak Djokovic wo mu gihugu ca Serbia yaratsinze ejo ku musi wa mbere ihiganwa rya tennis rya US Open mu gisagara ca New York.

Yatsinze Rafael Nadal wo mu gihugu ca Espagne, amaseti atatu kuri imwe ku manuta 6-2, 6-4, 6-7 na 6-1. Yamutsinze mu gice ca nyuma c’iryo higanwa mu mwaka uheze.

Kuri Nadal, bubaye ubwa gatandatu atsindwa na Djokovic muri uyu mwaka, mu gice ca nyuma c’amahiganwa ya Tennis, harimwo ihiganwa rya Wimbledon.

Urwo rukino rwari rutegekanijwe kuba ku musi w’Imana uheze, yamara rwarigijweyo bivuye ku mvura nyinshi yaguye mu ndwi iheze.

XS
SM
MD
LG