Uko wahagera

Mu gihugu c’Ubufaransa, Francois Hollande, Yaraye Atsinze Amatora y’umukuru w’igihugu yo mu Ncuro ya Mbere

  • Frederic Nkundikije

Umunyapolitike aserukira umugambwe Parti Socialist, Francois Hollande niwe yabaye uwa mbere mu matora y’umukuru w’igihugu c’Ubufaransa yo mu ncuro ya mbere. Mbega iyo ntsinzi ifise isinguro nki? Reka twumvirize umufaransakazi Laurence Marchand, aba mu gisagara ca Paris mu Bufafransa wo mu mugambwe PRG, washigikiye umugambwe Parti Socialist mur’ayo matora, mu kiganiro yahaye mugenzi wacu Frederic Nkundikije.

XS
SM
MD
LG