Uko wahagera

Mu Burundi, Akandi Kabare Karatewe N’abantu Bataramenyeka


burundi kabare
burundi kabare

Mu Burwa mukuru w'u Burudi Bujumbura, hari akandi kabale kagabweho igitero. Ico kirabo citwa Mesanike kiri kw’ibarabara ry’indwi muri karitiye ya Bwiza, Zone Bwiza hagati mu gisagara ca Bujumnbura.

Ico gitero cabaye isaha zibiri z’ibijoro caremejwe n’igipolsii hamwe na ba nyeneco.

Ariko baba ababanyi ba nyeneko ako kabare, baba bamwe mu bariko bahivunira akanyota, bemeza kw’ ata numwe yabonye aho abateye bakamanganiye.

please wait

No media source currently available

0:00 0:04:36 0:00

XS
SM
MD
LG