Uko wahagera

Leonce Ngendakumana avuga k'Urupfu rwa Perezida Melchior Ndadaye


Leonce Ngendakumana avuga k'Urupfu rwa Perezida Melchior Ndadaye
please wait

No media source currently available

0:00 0:02:20 0:00

Uburundi bwibutse kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 21.10.2016 , imyaka 23 iheze perezida Melchior Ndadaye agandaguwe. Ubu igihugu kimufata nk'incungu ya demokarasi.Kubwa Léonce Ngendakumana, icegera c'uwurongoye umugambwe Sahwanya Frodebu (umugabwe washinzwe na Melchior Ndadaye ntashima uko igihugu cifashe ugereranije nuko perezida Ndadaye yavyipfuza.

XS
SM
MD
LG