Uko wahagera

Burundi: Ubwicanyi mu Ntara ya Bururi


 Bali'de itfaiyeciler, yanan bir balıkçı teknesini söndürmeye çalışyor.
 Bali'de itfaiyeciler, yanan bir balıkçı teknesini söndürmeye çalışyor.

Umwe mu bajejwe intwaro ku mutumba Kivumu muri komini Mugamba mu ntara ya Bururi, yaraye agandaguwe.

Mu muryango wiwe bavuga ko yagandaguwe n’abantu bitwaje ibigwanisho.

Abo bari bafatikanije gutwara kur’uyo mutumba, bavuga kw’azize ukwiyamiriza, abo bita inkozi z’ibibi, zimaze imisi zisahura abantu, kur’uyo mutumba.

N’inkuru y'umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika Fidélité Ishatse uri mu Burundi.

please wait

No media source currently available

0:00 0:04:39 0:00

XS
SM
MD
LG