Uko wahagera

Isomo ry’Ijambo rya Prezida Barack Obama kuri Afrika

  • VOA Africa

Prezida wa Amerika, Barack Obama, ku cicaro c'umuryango w'ubumwe bwa Afrika, i Addis Abeba, ku bijanye n'akarere ka Afrika, aho yamenyesheje ko kugira Afrika itera imbere, abategetsi bayo bategerezwa kwubahiriza amategeko, ntibagume ku butegetsi ubuzima bwabo bwose, bakubahiriza demokrasi, agateka ka muntu, ubwigenge bw'ugushikiriza ivyiyumviro, n'ukurwanya ibiturire vyabaye ndanse mu karere ka Afrika.

Ijwi rya Amerika ryatumiye, abahinga mu vyerekeye politike, Gervais Cishahayo na Ndorimana Semana na Zenon Nicayenzi, umuhinga mpanuzwajambo ku bibazo vyerekeye ubutunzi n’iterambere.

XS
SM
MD
LG