Uko wahagera

Isenama yerekana ukuntu Umwana w’umuhungu, Bosco, yakuriye mu kigo Maison Shalom, yashobotse kwigwanako


Marguerite Barankitse na Aline Ndenzako n'umuhungu yakinye "Bosco"
Marguerite Barankitse na Aline Ndenzako n'umuhungu yakinye "Bosco"

Umukuru w’ishirahamwe ryitaho imbabare ryitwa Maison Shalom, Margarite Barankitse hamwe n’icegera ciwe, akongera kandi ariwe intumwe w’iryo shirahamwe mu makungu Aline Ndenzako, barahaye ikiganiro iradiyo Ijwi rya Amerika, cerekeye urugendo barimwo muri reta zunze ubumwe za amerika, aho bagiye mu ntara zitandatukanye, zirimwo Georgia; California hamwe no ku murwa mukuru Washington: Intumbero y’urwo rugendo nk’uko abo bafasoni bavyiguria, kwari gutanguza isemana, yakinywe hisunzwe ubuzima bw’ umwana w’umuhungu, Bosco, avuza umuziki, yakuriye mu kigo Maison Shalom:

Isenama yerekana ukuntu Umwana w’umuhungu, Bosco, yakuriye mu kigo Maison Shalom, yashobotse kwigwanako
Isenama yerekana ukuntu Umwana w’umuhungu, Bosco, yakuriye mu kigo Maison Shalom, yashobotse kwigwanako

Twumvirize Marguerite Barankitse na Aline Ndenzako

XS
SM
MD
LG