Uko wahagera

Ingwara Zidakira


Mu kiganiro Baza Muganga mur’ iyi ndwi twavuze ku vyerekeye ingwara zidakira, n’ ukuvuga ingwara abantu bagwara bagategerezwa kwama bafata imiti, imiti bazofata ubuzima bwabo bwose.

Docteur Norbert Ntiruhungwa yatubwiye ko ingwara nk’ izo abantu benshi kera biyumvira ko ziri mu bihugu bitunze, ariko ngo mur’ ino misi biragaragara ko ibice mirong’ umunani kw’ ijana vy’ abantu bicwa n’ izo ngwara bari mu bihugu bikenye. Yatanza akarorero k’ izo ngwara nka diabete n’ ingwara z’ umutima…

XS
SM
MD
LG