Uko wahagera

Burundi: Kaminuza Ntigabura mu Gitondo


Ingingo yo guhagarika amafunguro ya mu gitondo muri kaminuza y’Uburundi yagiye mu ngiro kuwa mbere tariki 1 y’ukwezi kwa 2 umwaka wa 2016.

Kuri uwo musi, bamwe mu banyeshure bo mu kigo ca kaminuza y Uburundi c’Ikiriri, bazindutse bagaragaza akababaro mu kwugariza inzu y’uburiro ku mwanya wari utegekanirijweko itangwa ry’iryo funguro.

Umumenyeshamakuru w’Ijwi ry’Amerika uri i Bujumbura Fidélité Ishatse yageze kuri iyo kaminuza areba uko byifashe.

XS
SM
MD
LG