Uko wahagera

Indyane Ziri mu Mugambwe Uprona, Ntizisa n’Iziriko zirarangira

  • Frederic Nkundikije

Indyane Ziri mu Mugambwe Uprona, Ntizisa n’Iziriko zirarangira

Indyane Ziri mu Mugambwe Uprona, Ntizisa n’Iziriko zirarangira

Abapolisi barageraje guhagarika congres y’umugambwe Uprona muri komine ya Mugamba, hariko harabera amatora y’abategetsi barongora umugambwe mur’iyo komine.

President w’umugambwe Uprona, Bonaventure Niyoyankana, avuga kw’iyo nama yari iteye kubiri n’amategeko kandi n’ivyayivuyemwo, ataco bimaze.

Yamara uko, siko abandi bategetsi bamwe bamwe bo mu mumgabwe Uprona babibona: Jean Baptiste Manwangari ari mu rwego nshingwabikorwa muri comite Central y’umugambwe Uprona, wewe avuga kw’iyo nama yisunze amategeko, ahubwo kw’umukuru w’umugambwe yariko yisuka mu bintu biraba abategetsi bo ku mitumba:

Ido n’ido, mukwirikiraneikiganiro abo bategetsi bahaye Frederic Nkundikije.

XS
SM
MD
LG