Uko wahagera

Inama y’Imiyabaga y’Abanyarwanda Bafise Iviyumviro vy’Iterambere mu Ntara ya Oklahoma


Iyo nama yari yateguwe mu rwego rw’uguhuza abakiri bato b’Abanyarwanda bafise ivyiyumviro vyerekeye iterambere n’abagwizatunga.

Imiyabaga y’Abanyarwanda bafise ivyiyumviro vy’ukwiteza imbere n’uguteza imbere igihugu cabo barakoraniye mu gisagara ca Oklahoma City mu ntara ya Oklahoma ngaha muri Reta Zunze Ubumwe za Amerika mu mpera z’indwi irangiye.

Iyo nama yari yateguwe mu rwego rw’uguhuza abakiri bato b’Abanyarwanda bafise ivyiyumviro vyerekeye iterambere n’abagwizatunga.

Abashitsi batandukanye barimwo abayobozi b’ibigo vyigenga bigira imirimo y’ubudandaji vyaba ivyo mu Rwanda mbere na ngaha muri Reta Zunze Ubumwe za Amerika bari bitavye iyo nama.

Ku bindi twumvirize Yves Iradukunda:

XS
SM
MD
LG