Uko wahagera

Imyaka Mirongo Itanu y'Intahe y'Ukwikukira kw'Uburundi n'Iterambere ry'Igihugu


Igihugu caragize iterambere mu vyerekeye ubumenyi yamara ibindi bisata vyarasubiye inyuma

Mu gihe Uburundi bwahimbaje imyaka mirongo itanu irangiye bwikukiye, iterambere mu butunzi muri ico kiringo ntiryakwirikiye.

Mu kiganiro Gratien Rukindikiza, akwirikirana ivyerekeye ubutunzi na politike yahaye Ijwi rya Amerika, yamenyesheje ko naho Uburundi bwashoboye kugira intambwe ku bijanye n'ubumenyi, ngw'ibindi bisata vyerekeye ubutunzi nk'amahingiriro n'uburimyi vyateye bisubira vinyuma.

Amenyesha ko mu gihe Uburundi buhanze amaso kazoza, iterambere rifatiye ku bumenyi, uburimyi mu gihugu kirangwa n'umutekano rishobora gushikwako.

Ku bindi twumvirize Gratien Rukindikiza:

XS
SM
MD
LG