Uko wahagera

Imirwi Yitwaje Ibigwanisho mu gisagara ca Rukongo, Yaragandaguye AbanyaMulenge Indwi

  • Frederic Nkundikije

Mu ndwi iheze, imirwi yitwaje ibigwanisho yikekwa kw’ari imirwi y’abaMayi Mayi, yarahagaritse imodoka yarimwo abanyaCongo bo mu bwoko butandukanye, barimwo abanyaMulenge, abaBembe, abaLega hamwe n’abaLuba, maze irasobanura ishikura ku ruhande yongera irica abanyaMulenge, indwi; babiri muribo bayica mu rya humye.

Frederic Nkundikije yaraganiye na Jean Paul Murwanashaka, aba muri reta zunze ubumwe za amerika, arongoye ishirahamwe AMAHORO rijejwe guhanira ineza y’abanyeCOngo baba muri Kivu yo mu bumanuko, hamwe na Olivier Mandevu, arongoye ishirahamwe riharanira ineza y’abanyaMulenge, baraheza baramubwira ivyerekeye ubwo bwicanyi, hamwe n’ikintu cokorwa kugira ngo itohozwa ryihute, maze inkozi z’ikibi, zakoze iryo bara, zikubitwe intahe mu gahanga:

XS
SM
MD
LG