Uko wahagera

Ikiganiro n’Abarundi Babiri Bakiri bato b’Incabwenge Bakora mu Mahanga, Florian Bizindavyi na Yvan Nezerwe

  • Fidele Niyongabo

Abarundi batari bake baravuye mu gihugu cabo ku mpamvu zitandukanye baja kugerera mu mahanga.

Abarundi batari bake baravuye mu gihugu cabo ku mpamvu zitandukanye baja kugerera mu mahanga.

Mu Barundi bari mu mahanga, bamwe bariga, mu gihe abandi bakora ubuzi butandukanye.

Mu kiganiro bahaye Ijwi rya Amerika, bamwe muri abo barundi, Florian Bizindavyi aba mu gihugu ca Canada, aserukira ishirahamwe ridakwirikirana inyungu, “Kazoza” rifasha gushiraho uburyo ku bijanye n’iterambere rirama mu Burundi hamwe na Yvan Nezerwe aba mu gisagara ca San Diego, mu ntara ya Californiya, muri Amerika akora mw’ishirahamwe, “Global Executive Training and Development Association” baravuga ku kugene bashitse mu mashirahamwe barimwo muri iki gihe.

Tubatege amatwi:

XS
SM
MD
LG