Uko wahagera

Ikibazo cy'Impunzi z'Abarundi


Impunzi z'Abarundi

Impunzi z'Abarundi

MU KIGANIRO MURISANGA , AURIANE ITANGISHAKA YAGANIRIYE NA BAMWE MU BARUNDI BARI MUMAKAMBI Y’IMPUNZI Z’ABARUNDI MURI I NYARUGUSU MURI TANZANIYA, I LUSENDA MURI REPUBLIKA IHARANIRA DEMOKARASI YA CONGO, I MAHAMA MU RWANDA; MURI IKI KIGANIRO, YAVUGANYE KANDI N’UMUSHIKIRANGANJI W’UBURUNDI AJEJWE AGATEKA KA ZINA MUNTU IMIBANO UGUSHIKIRANA N’ITERAMBERE RIRAMA, MARTIN NIVYABANDI. NKUKO BISANZWE, BAMWE MUBANYWANYI B’IJWI RYA AMERIKA BASHIKIRIJE IBIBAZO N’IVYIYUMVIRO KURI IKI KIBAZO C’ABARUNDI BAHUNZE.

XS
SM
MD
LG