Uko wahagera

Presida Obama yarashikirije ijambo abanyamerika ryerekeye icatumye reta zunz’ ubumwe za Amerika zija mu ngwano mu gihugu ca Libya. Frederic Nkundikije yaganiriye na professeur Fabien Cishahayo aramubaza ikintu gikomeye yakuye mur’ iryo jambo presida Obama yashikirije.

XS
SM
MD
LG