Uko wahagera

Ihagarikwa rya Alexis Sinduhije, Ngo Rishobora kuba Ritisunze Amategeko y’Igipolisi Mpuzamakungu

  • Frederic Nkundikije

Mu ntango z’iyi ndwi, niho Alexis Sinduhije arongoye umugambwe MSD yahagarikwa, ari ku murwa mukuru w’igihugu ca Tanzania, Dar-Es Salaam, acururuka indege. Abanywanyi b’umugambwe wiwe hamwe n’umushingwamanza amuburanira, bavuga kw’ihagarikwa ryiwe, ryabaye ingingo ifashwe n’ibihugu bibiri vyumvikanye, ngo kuko ata mutahe mpuzamakungu, wari uhasanzwe urondera kumuhagarika. Umuvugizi w’imfatakibanza w’uyo mugambwe, Nathale Ndayongeye, yarahaye ikiganiro Frederic Nkundikije: Tumwunvirize.

XS
SM
MD
LG