Uko wahagera

Burundi: Ibibazo vy’Imwe mu Miryango Yahungutse muri Nyanza Lac


Mu Burundi, imwe mu miryango yahungutse muri komini ya Nyanza-Lac mu ntara ya Makamba yugarijwe n’ubukene, narirya yasanze utwabo twarononekaye, utundi natwo twaribwe.

Imwe mu ngaruka mbi n’ubuzima bubi barimwo, n’indwara z’ugufungura nabi ziriko zirara mu bana babo.

Umunyamakuru w'Ijwi ry'Amerika Fidelite Ishatse yagiye mu ntara ya Makamba areba uko ibintu byifashe.

XS
SM
MD
LG