Uko wahagera

Professor Charles Ndikije, Niwe Yatowe Mu Kibanza C’Umukuru w’Umugambwe Uprona


Yamara abantu bakwirikiranira hafi ivyerekeye umugambwe Uprona, bavuga kw’amabanga y’umukuru w’umugambwe Urpona atazokworohora, kubera impamvu nyinshi zitandukanye:
Hari abanywanyi b’umugambwe Uprona bavuga kw’iryo koraniro ryahonyanze amategeko, hakaba hari n’abanywanyi bativye canke batanatumiwe mur’iryo koraniro.

Vyongeye mur’iki gihe urubanza rwashinzwe, rwo kwiyamiriza iryo koraniro, ntiruracibwa, kuko umugambwe Uprona waciye wunguruza, inyuma y’aho sentare iciriye urubanza rushigikira abariko barasaba kw’iryo koraniro ritotunganywa mur’ubwo buryo.

Mbega umukuru w’umugambwe arangije ikiringo ciwe, umushingantahe Bonaventure Niyoyankana, yarongoye uyo mugambwe ate:

Reka tumutege amatwi mu kiganiro yahaye iradiyo Ijwi rya Amerika:
please wait

No media source currently available

0:00 0:04:52 0:00
Ibishamikiyeho
XS
SM
MD
LG