Mu mpera z’uku kwezi kwa cumi na kabiri, umwaka w’2016, umunyamabanga mukuru w’ishirahamwe mpuzamakungu ONU, Ban Ki-moon azoshikiriza amabanga inyuma y’imyaka 10 yar’amaze arongoye uwo muryango. Ibi ni bimwe muvyo yaranguye nk’umutegetsi wo ku rwego rukuru rwa ONU.