Uko wahagera

Charles Taylor, Yaragiriwe N’Ivyaha Yagirijwe Na Sentare Mpuzamakungu

  • Frederic Nkundikije

Charles Taylor yahoze ari president w’igihugu ca Liberia, ku musi wa kane, yaciriwe urubanza na sentare mpuzamakungu ikwirikirana abakoze ivyaha bikomeye mu gihugu ca Sierra Leone:

Mbega urwo rubanza ruciriwe umutegetsi wa mbere wo muri Afrika yahora arongoye igihugu, rutanze ubutumwa buki ku bategetsi bo muri Afrika hamwe no kw’isi hose?

Umviriza ikiganiro Frederic Nkundikije yagiranye na Methode Ndikumana:

XS
SM
MD
LG