Uko wahagera

Burundi: Imyaka 53 Yukwikukira Isigiye Iki Abanyagihugu?


Umutekano wari ukaze ku kibuga cabereho ibirori, ubwo abarundi bizihije imyaka 53 yukwikukra.

Perezida Petero Nkurunziza w’Uburundi yisihije umunsi wukwikukira ku nshuro ya 53 ku kibuga cya rusange mu murwa mukuru Bujumbura.

Cyokora, abashinzwe umutekano nib o bari benshi cyane, nyuma y’amasasu yari yumvikanye mu bice bimwe bya Bujumbura, bibimo Mutakura na Cibitoke.

Uburundi bwikukiye tariki ya mbere y'ukwezi kwa karindwi umwaka wa 1962.

Bamwe mu banyagihugu bibujumbura bafatiye kuri iyo nsiguro bavuga ko uburundi atakwikura nyakuri bufise na cane cane baravye ukugene abantu bama bishwe uko bukeye uko bwije bahorwa ivyiyumviro vyabo.

Naho biruko umugambwe uri kubutegetsi wa NCDD/FDD umenyesha ko Uburundi bwikukiye haba mu mvugo no mungiro.

XS
SM
MD
LG