Uko wahagera

Burundi: Gutanga Impapuro z’Inzira


VOX POP

VOX POP

Mu Burundi Igipolisi kigenzura imbibe n ibirere (PAFE ) casubiye gutanga ibipapuro vy inzira inyuma y amasaha 48 kitariko kirakora kunvo zo kwimura ibiri mu machines yari yuzuye.

Bamwe mu banyagihugu bashonboye kuronka ibipapuro vy inzira barashima.Abatarashobora kubironka bo agashavu karaniga bagasaba gutunganirizwa vuba bwango .

Icibonekza kuri PAFE,nuko ababandanya barondera ibipapuro vy inzira kunvo zo guhunga ari benshi.Mugenzi wacu Diane NININAHAZWE yavuganye n abamwe mu banyagihiugu barenga 200 bari bazindukiye kuri PAFE.

XS
SM
MD
LG