Uko wahagera

Mu Mwaka Umwe: Imyiyerekano Isigiye Iki Abarundi?


BURUNDI VIOLENCE

BURUNDI VIOLENCE

Inyuma y'umwaka habaye imyiyerekano y'ukwiyamiriza ikirIngo ca gatatu ca Perezida Nkurunziza haracari abantu babayeho mu kinyegero batinya gufatwa n'abajejwe umutekano.

Muruwo mwaka ONU ivuga ko abantu barenga 500 bishwe, nayo ibihumbi 270 barahunga igihugu. Yaba leta, abatavuga rumwe nayo, imiryango idashamikiye kuri leta, canke incuti z'Uburundi, bose bemeza ko umuti uzova mu biganiro bidakumira.

Ese iyo myiyereko n'ibyaje biyikurikira byasigiye iki Abarundi, nyuma y'umwaka. Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika Eloge Willy Kaneza ni atubwira.

XS
SM
MD
LG