Uko wahagera

Burundi: Abakozi Basabwa Gukoresha Imvugo Iremesha


Ernest NYABENDA

Ernest NYABENDA

Abajejwe intwaro hamwe n’abarongoye abandi mu ntara ya Bujumbura batewe akamo kabasaba gukoresha imvugo iremesha mu kazi kabo ka misi yose.

Ako kamo bagatewe mu nyigisho bahawe ku musi wa kane; inyisho zateguwe n’umurwi w’igihugu ujejwe agateka ka zina muntu.

Umunyamabanga mukuru w’uyo murwi Ernest Nyabenda, avuga kw’urwo ruganda, rufise intumbero yo guherekeza abajejwe intwaro n’ubuzi mu ntara ya Bujumbura, kugira ngo bakoreshe imvugo iremesha ku bo barongoye:

Ushobora kwumviriza iyi nkuru yateguwe n’umumenyeshamakuru w’Ijwi rya Amerika, Evariste Nzikobanyanka

XS
SM
MD
LG