Burundi: Abanyakanyosha bahunze Amasasu
Abanyagihugu bo ku mutumba wa Buhina muri zone kiyenzi co kimwe n’abajejwe intwaro baremeza ko ku muhingamo w’uyu wa mbere humvikanye amasasu menshi. Ayo masasu bibaza ko yarashwe n’abajejwe umutekano boba bariko barahiga abitwaje ibigwanisho mur’ino misi bivugwa ko baca ngaho mu kiyenzi barengana.